Ubuhinga/Amakuru/2022/39
Appearance
The Tech News weekly summaries help you monitor recent software changes likely to impact you and your fellow Wikimedians. Subscribe, contribute and give feedback.
previous | 2022, week 39 (Monday 26 September 2022) | next |
Amakuru y'ubuhinga: 2022-39
Amakuru y'ubuhinga aheruka avuye k'umurwi w'ubuhinga wa Wikimedia. Murasabwe kumenyesha abandi bakoresha ibijanye n'izi mpinduka. Si impinduka zose zizokubako. Impinyanyuro ziraboneka.
Impinduka ziheruka
- Abakiriya ba Parsoid bategerezwa gushirwa ku rugero kugirango bemererwe umwanya-utandukanijwe w'indangagaciro nyinshi mu mirongo
rel
. Insiguro nyinshi ziri muri T315209.
Impinduka zo mumpera y'uyu mushamvu
- igice gishasha ca MediaWiki kizoba kiri mw'igeragezwa kuri za wiki na MediaWiki.org kuva 27 Nyakanga. Kizoba kiri kuri wiki atari iza Wikipedia n'izindi Wikipedia kuva 28 Nyakanga. Kizoba kiri kuri wiki zose kuva 29 Nyakanga (ikirangamisi).
- diffs zibona zizoboneka kubakoresha bose, kiretse kuri Wiki-kazinduzi na za Wikipedia. [1]
- Impapuro z'ikiganiro ku rubuga rwa mobile zizohinduka kuri za Wikipedia zo mucarabu, Bangla, Igishinwa, Igifaransa, Igikerewole ca Hayiti, Igiheburayo, Igikoreya, na Vyetenamu. Zizoba zoroshe gukoresha no gutanga amakuru menshi. [2] [3]
- Mu mwanya w'izina wa Module, impapuro ziherezwa na
.json
zizofatwa nka JSON, nkuko zoba zamaze kuba muri User na MediaWiki. [4]
Amakuru y'ubuhinga yateguwe n' Abanditsi b'amakuru y'ubuhinga hama ashirwako na robo • Guterēra • Guhinyanyura • Ronka ubufasha • Tanga igisubizo • Iyandikishe canke wikureko.