Ubuhinga/Amakuru/2022/44
Jump to navigation
Jump to search
The Tech News weekly summaries help you monitor recent software changes likely to impact you and your fellow Wikimedians. Subscribe, contribute and give feedback.
previous | 2022, week 44 (Monday 31 October 2022) | next |
Amakuru y'ubuhinga: 2022-44
Amakuru y'ubuhinga aheruka avuye k'umurwi w'ubuhinga wa Wikimedia. Murasabwe kumenyesha abandi bakoresha ibijanye n'izi mpinduka. Si impinduka zose zizokubako. Impinyanyuro ziraboneka.
Impinduka ziheruka
- Mugihe uriko ukoresha clavier ku Gicapo c'ikarata, intumbero izokwibonekeza cane. [1]
- Muri Special:RecentChanges, ubu urashobora guhisha urutonde rwo kwinjira kubikorwa vy'abakoresha bashasha hamwe na filtre ya "New users". [2]
Impinduka zo mumpera y'uyu mushamvu
igice gishasha ca MediaWiki kizoba kiri mw'igeragezwa kuri za wiki na MediaWiki.org kuva 1 Munyonyo. Kizoba kiri kuri wiki atari iza Wikipedia n'izindi Wikipedia kuva 2 Munyonyo. Kizoba kiri kuri wiki zose kuva 3 Munyonyo (ikirangamisi).
- Ikiganiro co kumakarata muri VisualEditor kironka imfashanyo zimwe zimwe z'inyandiko. [3]
- Ubu birashoboka guhitamwo ururimi rw' Igicapo c'irakata muri VisualEditor ukoresheje urutonde rumanuka. [4]
- Ubu birashoboka kwongera insiguro ku Gicapo c'ikarata muri VisualEditor. [5]
- Ubu birashoboka guhisha indinganizo y' Igicapo c'ikarata muri VisualEditor. [6]
Amakuru y'ubuhinga yateguwe n' Abanditsi b'amakuru y'ubuhinga hama ashirwako na robo • Guterēra • Guhinyanyura • Ronka ubufasha • Tanga igisubizo • Iyandikishe canke wikureko.